Ezekiel 16:51 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mbere na Samariya ntiyakoze ivyaha bingana n’ igihimba c’ivyo wakoze; ariko weho wagwije ibizira kubarusha, ibizira vyawe vyose wakoze bituma ivya bene nyoko bitanībazwako.