Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
agatinyisha ukuboko kwiwe ngo ntigufyonderanye impahazwa, akaba atāgurāniye kuzohabga ay’ inyungu, ntiyake ibirenzeko, arikw agashitsa amabgirizwa yanje, akagendera mu vyagezwe vyanje: uyo ntazopfa azira ibigabitanyo vya se, mbere ntazobura kubaho.