Ezekiel 24:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uheze uyitereke ku makara y’umuriro iri gusa, kugira ngw ishuhe cane, umuringa yacuzwemwo uhindurire, imyanda yayo iyiyagiremwo, ngw ingese zayo ziherengetezwe.