Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni jewe, Uhoraho, mbivuze: bizoshika, kand’ ari jewe mbikoze; sinzokwigarura, canke ngo ngire ico nziguriza, canke ngo nicuze; nk’ukw ingeso zawe ziri, kandi nk’ ukw ibikorwa vyawe biri, ni ko bazogucira urubanza, ni k’ Umwami Uhoraho agize.