Ezekiel 26:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuk’ ukw ari k’Umwami Uhoraho agize, at’ Igihe nzoguhindura igisagara gicitse amatongo, ukamera nk’ibisagara vyaherengeteyemw’ abantu; igihe nzokurenzakw ikiyaga, amazi menshi akakurengako,