Ezekiel 27:31 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi bazokwimosha inkomvorera kubgawe, bakenyere amagunira, bakuririre batuntuye mu mitima baboroga cane.