Ezekiel 28:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uku ni k’Umwami Uhoraho agize, at’ Igihe nzoba mpejeje gukoranya ab’ inzu ya Isirayeli, mbakūye mu mahanga aho bāri barasābagiriye, nkiyerekana muri bo ko nd’ Uwera imbere y’abanyamahanga, ni ho bazoshinga ibande mu gihugu cabo, ico nahaye umusavyi wanje Yakobo.