Ezekiel 29:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi nzohindura igihugu ca Egiputa amatongo hagati y’ibindi bihugu vyacitse amatongo, n’ibisagara vyaho biharūwe mu bindi bisagara vyacitse imisaka, bizoba amatongo kumara imyaka mirongwine: kand’ Abanyegiputa nzobasābagiriza mu yandi mahanga, mbashwiragirize mu bindi bihugu.