Ezekiel 29:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ntibazokwongera kubera ab’ inzu ya Isirayeli ivyizigiro, ngo batume ibigabitanyo vyibukwa vy’igihe bābīsunga: maze bazomenya yuko nd’ Umwami Uhoraho.