Ezekiel 29:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko rero, uku ni k’Umwami Uhoraho agize, at’ Eh’ igihugu ca Egiputa ngira nkigomorere Nebukadineza umwami w’i Babuloni; azojana abantu baho b’isinzi ar’ inyagano, ajane n’iminyago yaho n’ isahu yaho; ivyo bizoba ingororano z’ingabo ziwe.