Ezekiel 29:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ndamuhaye igihugu ca Egiputa kw ingororano c’ivyo yankoreye, kukw ari jewe bākoreye, ni k’Umwami Uhoraho agize.