Ezekiel 29:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Igihe bakwifadikiza mu kuboko waravunitse, utobekeranya ibitugu vyabo vyose: ngo bakwishimikize urakenyuka, utuma imikinya yabo yose itetera.