Ezekiel 30:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
We n’abantu biwe b’agaterabgoba bo mu mahanga, bazozanwa no kugeseza igihugu; bazosokōrera inkota zabo Egiputa, buzuze igihugu imivyimba.