Ezekiel 30:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Inzūzi nzozikamya, igihugu nkigabure mu maboko y’abantu b’abanyakibi; kand’ igihugu n’ibirimwo vyose nzogihindura amatongo nkoresheje amaboko y’abantu b’akavantara: ni jewe, Uhoraho, mbivuze.