Ezekiel 36:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi nzobagwizakw abantu, ni bo nzu ya Isirayeli yose iyo bava bakagera; kand’ ibisagara bizogerērwamwo, n’amatongo azokwubakwa.