Ezekiel 38:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kugira ng’ uhasahure, uhanyage iminyago, ubangurire ukuboko kwawe ahāhoze ar’ imisaka hagasubira kubamw’ abantu, no ku bgoko bgākoranirijwe hamwe buvuye mu mahanga, bāmaze kwironkera amatungo n’ibintu, bakibera hagati mw isi.