bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Ezekiel 39:14
Ezekiel 39:14 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi bazotora abantu bo kwama bakora ico gikorwa; bazogendagenda mu gihugu bahamba imivyimba yasigaye ku gasozi, bafashwa n’abahita, kugira ngo bagihumanure. Ayo mezi ndwi ni yashira, bazotangura gukubāza, barondera uwoba yar’ asigaye;