Ezekiel 4:3 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi wiyabīrire umubehe w’ icuma, uwukike ng’ukubere uruzitiro rw’icuma hagati yawe n’ igisagara: ugishinge ijisho ngo kiziguzwe, wewe ubgawe ukiziguze. Ivyo bizoba ikimenyamenya c’inzu ya Isirayeli.