Ezekiel 4:9 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi wironderere ingano na sayiri n’ibiharage n’inkōre n’amasaka n’uburo, maz’ ubishire mu nkono imwe, ubicemw’ uturobe tw’udutsima; nk’ukw igitigiri c’imisi kiri uzoryamira urubavu, ukw ar’ amajana atatu na mirongwicenda, ivyo ni vyo bizogutunga.