Ezekiel 40:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyumba bigendanye ico kirirīsi c’ikirimba cerekeye i burasirazuba vyāri bitatu ku ruhande rumwe, n’ibindi bitatu ku rundi; vyose ukw ari bitatu‐bitatu vyāri cabugerwe; n’ibishimaryango impande zompi vyāri cabugerwe.