Ezekiel 40:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Inyubakwa yar’ ifise ikirimba kirābana n’ico kirimba c’intangaro aherekeye i burārūko, kandi n’ibirimba vyerekeye i burasirazuba ni ko vyari bimeze; maz’ agera ahereye ku kirimba kimwe agashika ku kindi, biba amatambge ijana y’ukuboko uciriye mu nkokora.