Ezekiel 40:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi hāri n’ikirimba kija mu nyubakwa ku ruhande rw’i bumanuko: maz’ agera ahereye kur’ ico kirimba agashika ku kindi, biba amatambge ijana y’ukuboko uciriye mu nkokora.