Ezekiel 42:3 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Iyo nzu yari n’ amabaraza agerekeranye mu mirongo itatu, arābana n’ah’ amatambge mirongwibiri ho mu nyubakwa, kand’ arābana na wa musezero w’amabuye wo mu ntangaro.