Ezekiel 42:6 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko vyubatswe mu mirongo itatu igerekeranye, ariko bidafise inkingi nk’izo mu rugo: bituma ivyumba vyo hejuru biba impfunda kurenza ivyo hasi n’ivyo hagati.