Ezekiel 44:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ntibazonyegēra ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi, canke ngo bagire ico bēgēra mu bintu vyanje vyera, mu bintu vyanje vyera cane; ariko bazofatwa n’ibitētērwa vy’ibizira bakoze.