Ezekiel 46:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi nawe uz’ utange uko bukeye umwagazi w’intama umaze umwaka umwe, kand’ utagira agasembga, kuba ikimazi co kwosereza Uhoraho: uze wame uwutanga mu gatondo mu gatondo uko bukeye.