Ezekiel 48:15 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ikirēre c’amatambge ibihumbi bitanu casigaye ku bgaguke bgaho, kibangikanye na vya bihumbi mirongwibiri na bitanu, kizoba ic’ abantu, aho kwubakwa igisagara, habe aho kuba hakikujwe n’imparure, igisagara kibe hagati muri yo.