Ezekiel 48:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuk’ uhereye kw ishamvu y’Abalewi ugashitsa kw ishamvu y’igisagara, ari ho nyene haciye hagati y’aha segaba, kuva ku rugabano rwa Yuda ugashitsa ku rugabano rwa Benyamini, hazoba aha segaba.