Ezekiel 5:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko rero, uku ni k’ Umwami Uhoraho agize, ati Kuko mur’ abanyamivurungano kurusha amahanga abakikije, kandi mukaba mutāgendeye mu vyagezwe vyanje, ntimwitondere n’amabgirizwa yanje, canke ngo mukore n’ivyo amabgirizwa y’amahanga abakikije yashinze: