Galatians 2:7 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ahubwo, batahuye ko nahawe igikorwa co kuvuga Ubutumwa Bwiza mu batakebwe, nk’uko Petero na we yahawe ico gikorwa mu bakebwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko babonye yuko najejwe ubutumwa bgo kwigisha abatākebge, nk’uko Petero yajejwe ubgo kwigisha abākebge.