Galatians 4:1 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ico ngomvye kuvuga ni uko iyo samuragwa akiri umwana, nta ho aba atandukaniye n’umugurano, naho ivya se vyose biba ari ivyiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko mvuga yuko samuragwa, iy’ akir’ umwana, ata co atandukanako n’umugurano, nah’ ari we nyen’ ibintu vyose.