Galatians 4:23 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwavutse ku muguranokazi yavutse kubera ugushaka kw’umubiri, ariko uwavutse ku mugore yidegemvya yavutse kubera isezerano ry’Imana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwo ku ncoreke yavyawe mu buryo bg’umubiri; uwo ku mugore bgite yavyawe kubg’ isezerano.