Genesis 1:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Imana irababgira, it’Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vyama utubuto biri kw isi yose, n’igiti cose cama ivyamwa birimw’ imbuto zavyo: bibabere ivyo kurya vyanyu.