Genesis 18:24 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kumbure mur’ ico gisagara hobamw’ abagororotsi mirongwitanu: none wokirandura ntugitunge, kandi kirimw’ abagororotsi mirongwitanu?