Genesis 26:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kugira ngo nawe ntuz’ utugirire nabi, nk’uko natwe tutakuriye n’urwara, ata co twakugize atar’ ivyiza gusa, kandi tukaba twagusēzeye amahoro. Tubonye k’Uhoraho yaguhaye.