Genesis 27:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yakobo yishura se, ati Ni jewe Esau imfura yawe; nkoze ivyo wambariye; enda se vyuka wicare, urye ku vyo nahīze, kugira ng’umpezagire.