Genesis 27:5 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Rebeka yumviriza Isaka ivyo abarira Esau umwana wiwe. Nuko Esau aja mw ishamba kurondera ico ahīga ngw akizanire se.