Genesis 3:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uhoraho Imana abarira iyo nzoka, ati K’ukoze ivyo, ubaye ikivume mu bitungano vyose no mu bikōko vyose vyo mw ishamba: uzohora ukwega inda hasi, uzorya umukungugu imisi yose y’ukubaho kwawe.