Genesis 30:15 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Leya aramwishura, at’ Uvyise ivyoroshe kuntwara umugabo? Non’ ugomba kuntwara amadudayimu umwana wanje azanye? Rakeli aramwishura, ati None rero, iri joro arakurārira, n’umpe utududayimu tw’umwana wawe.