Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Labani yishura Yakobo, at’ Ereg’ aba bakobga n’abanje, n’aba bana n’abanje, n’iyi mikuku n’iyanje, n’ivyo ubona ibi vyose n’ivyanje: none noshobora nte kugira ico ngirira aba bakobga banje, cank’ abana bāvyaye?