Genesis 33:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ndakwinginze, databuja, ni witangire imbere y’umusavyi wawe, nanje ndaza buhoro, nk’uko kugenda kw’ivyo nshoreye kuri, kandi nk’uko kugenda kw’abana kuri, nshirwe nshitse i wawe i Seyiri, databuja.