Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi bene Ruweli mwene Esau, abakuru b’imiryango, n’aba: Nahati, na Zera, na Shama, na Miza: abo ni bo bakuru b’imiryango yandurutse kuri Ruweli mu gihugu ca Edomu; abo ni bo buzukuru ba Basemati muka Esau.