Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yiyambura imyambaro y’ubupfakazi, yitwikira umwitwikiro wiwe, yipfuka mu maso, aja kwicara kw irembo ry’igisagara Enayimu, ku nzira ija i Timuna; kuko yabonye ko Shela amaze gukura, ntibamumuha ngw amucūre.