Genesis 41:35 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bakoranye ivyo vyimburwa vyose vy’iyo myaka myiza igiye kuza, babungabunge mu bisagara imihure y’ impeke yo gutunga abantu, bayibike, igabge nawe, Nyaguhora ku ngoma.