Genesis 8:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze mu mwaka w’amajana atandatu na rimwe, mu kwezi kwa mbere, ku musi wakwo wa mbere, amazi akama kw isi. Nowa akūrah’ igisakaye ubgo bgato, aritegereza, abona isi yūmūtse.