Hebrews 10:9 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ni ho yavuga ati: “Ehe, nje gukora ivyo ugomba.” Vyumvikana ko yakuyeho isezerano rya mbere, akarisubiriza irya kabiri.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
aherakw aravuga, at’ Ehe nzanywe no gukora ivy’ ugomba. Akūrah’ ivya mbere ngw ashinge ivya kabiri.