Hebrews 11:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Iyo bipfuza igihugu baje bavamwo, bari gushobora kwisubirirayo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Iyo baba barakumbuye ico bavuyemwo, baba barabonye uburyo bgo gusubirayo.