Hebrews 11:21 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ukwizera ni kwo kwatumye Yakobo, igihe yari ashaje cane kandi agira apfe, ahezagira abahungu ba Yosefu, maze akunama agasenga Imana yishimikije inkoni yitwaza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ukwizera ni kwo kwatumye Yakobo, aho yagira acīkāne, ahezagira abana ba Yosefu bompi, agasenga yishimikije ipfundo ry’inkoni yiwe.