Hebrews 11:22 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ukwizera ni kwo kwatumye Yosefu, igihe yagira apfe, avuga ko Abisirayeli bazova muri Egiputa, maze akababwira uko bari bakwiye kugenza amagufa yiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ukwizera ni kwo kwatumye Yosefu, aho yagira apfe, avuga ivyo kuvayo kw’ Abisirayeli, akagera ivy’ amagufa yiwe.