Hebrews 11:24 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ukwizera ni kwo kwatumye Mose, amaze gukura, yanka kwitwa umuhungu w’umukobwa wa Farawo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ukwizera ni kwo kwatumye Mose, amaze gukura, yanka kwitwa umwana w’umukobga wa Farawo,